Ibibanza vy'iratiro mu Burundi : Raba amasoko y'amazi meru y'i Giharo NYIBUTSA AKARANGA TV 979 подписчиков Скачать
Burundi : umwimbu w'inyanya ari zo tomati wifashe neza mu Rutana. Aho uherereye vyifashe bite? Скачать
Ubwoko bw'ibitoke vyo mu Burundi : Iki citwa " igifíya" canke "mārwá" ( ishusho yo ku wa 13/8/2024) Скачать
Burundi: Umwimbu w'indimu wabaye mwinshi cane mu Rutana. Abaranguzi kw'isoko ni benshi. Urazikunda? Скачать
Burundi: regarde les diverses sortes de calebasses. Elles remplissaient le rôle des récipients Скачать
Ibikoresho kama vy'Uburundi: Raba ubwoko bw'irende. Vyafasha nko mu kuvoma amazi no kubika utuyoga Скачать
Burundi#Rutana: Club UMUTÉTE uriko urategura. Ndayizamba Albéric awurongoye yatubwiye icipfuzo cabo Скачать
Burundi: Umunyakaranga Bamvuna yitavye Imana kuwa 6/4/2024, ku myaka 98. Asize abana 10,abuzkuru 56 Скачать
Burundi:Turwanye imiriro ya Nyakanga. Hariya hariko harasha ni mu Nyarúbere. Tabare ibidukikije Скачать
Burundi#Kwiyunguruza: Ndihishijwe 12000fbu Buja- Rutana, ako gasakoshi, ntarimwo! haa! (17/6/2024) Скачать
Burundi: Raba akuzi kitwa " Nyakabugu" kari mu gisagara ca Bujumbura, mu Kamenge. Wari ukazi? Скачать
L'hydrographie du Burundi : Regarde la rivière Nyakabugu située en Marie de Bujumbura au Nord Скачать
Ubwoko bw'ibitoke vyo mu Burundi (2): iki citwa inabusegenya. Igitangaje ni uko camiye mu mbavu Скачать
Burundi: Mu Nyarwaga, ni umwonga wiswe iryo zina kuko hari urwaga rwinshi (Ku mutumba Nyarúbere) Скачать
Burundi:irima ryo mu mwonga riraremvye mu mwonga witwa Mu Nyarwaga, ku mutumba Nyarúbere, mu Rutana Скачать
Menya Uburundi igihugu ciza: hariya hakurya y'umwonga ni ku gacimbiri Muzēnga, umutumba Nyarúbere. Скачать
Burundi: ikibanza categuwe nk'uku kiberemwo urubanza ni " Urugāmbiriro" rivuye mu kugāmba. Ni vyo? Скачать
Burundi: Aho urubanza rubera barubaka Urugāmbīriro.Aha baganduka kuri Bamvuna wo mu Nyarúbere Скачать
Burundi: Twiyibutse amateka yo mu kigabiro c'umwami co mu Muganza wa Nkoma mu ntara ya Rutana Скачать
Burundi: Igiti citwa umuyove kiri i Nyakazu, nibaza ko cazanye haba ahitwa i Kayove mu Rutana Скачать
Uburundi ni igihugu ciza cane: Mu bimanga vy'i Nyakazu mu Rutana n'abanyamahanga barahahurumbira Скачать
Burundi: Umviriza inkuru iteye agahinda yabereye ku Manyama. wari uzi ko hari ahitwa ku Manyama? Скачать
"Kira Ntahangwa ntiruguhanga warujanutse" ni amayagwa dusangamwo urwo ruzi Ntahangwa rw'i Bujumbura Скачать
Ugusenga Imana mu Burundi: Iyi ni isengero yo ku Mpinga. Imaze imyaka myinshi yigisha inkuru nziza Скачать
Burundi: Uruzi Ntahangwa twumva bakeza umuvyeyi" Kira Ntahangwa ntiruguhanga" ruri i Bujumbura. Скачать
Burundi: Regarde ce qui se passe dans la rivière Nyakabugu de Bujumbura. Il y a trop de sangsues Скачать
Burundi: La rivière Nyakubugu de Bujumbura est favorable aux sangsues. Pourquoi ? Réfléchissez ! Скачать
Burundi: "Sangwe kibondo" ni icivugo Bankuwunguka yakirije ikibondo kivutse itariki 11/6/2024 Скачать
La medecine tradionnelle du Burundi: indugwe est un remède contre le diabète et l'hypertension Скачать
Ubuvuzi kama bw'Uburundi: Igiti kimeze hejuru ku kindi citwa ingurukizi. Baragikandisha imvune. Скачать
Inyigisho: Uragowe wewe wiziye ko umwana w'umuntu ari vyose mu buzoma bwawe Imana. Imana ni yo vyose Скачать
La cultue burundaise: Regarde les tambourinaires "abatimbo" de Rutana. ( Images du 1/5/2024 ) Скачать
Imico n'akaranga vy'Uburundi: Barandereka Damiyano arakubwira akamaro k'ubukangaga. Mwumvirize Скачать
Uburundi ni igihugu ciza: Raba igikaju ca SOSUMO uko giteye igomwe ( ishusho yo kuwa 13/4/2024) Скачать
La culture du Burundi: Son tambour" ingoma" est le symbole de la paix" Indûru ntitsinda ingoma". Скачать
Burundi:Imyibutsa ivugwamwo ingoma: 1.Ingoma iganzwa n'amashi. 2)Ingoma yaguhaye amata ntiguha amazi Скачать
Burindi: Kirazira gutambuka ikiziriko gitambitse mu nzira nk'uko tubibona.Uza urakecagurika mu mavi Скачать
Ubuvuzi kama bw'Uburundi : Hazimana J. de Dieu wo mu Rusunu/Rutana aratwiganira akamaro k'indurwe. Скачать
Burundi: igihe c'urushana ibintu vyarononekaye kubera ibiza. Iyi shusho yafashwe n'abari mu ndege Скачать
Ikirundi: imihanyu/imino y'ibiharage ni utwo dutekero turimwo intete. Uvuga umuhanyu canke umuno? Скачать
Ikirundi: Aho basoromye ibiyoba hitwa " mu kiyobayoba". Wari ubizi? Aho basoromye ubúro naho? Скачать
Burundi: Mu Rutana baritavye bishimishije umusi mukuru w'abakozi 1/5/2024. Uburundi ni burambe Скачать
Burundi: Mwari muzi ko i Mabâyi, mu ntara ya Cibitoke hariho ahantu hitwa ku Manyáma? Vyumvirize. Скачать
Burundi: Uko Gatorekimana wo mu Rutana yahiganwe bahana agakoni akaba uwa 2. Ni rurangiranwa pe! Скачать
Umviriza impanuro zihawe abanywa inzoga. Niwaba uri mu banywi, wumva izo mpanuro wozigenderako? Скачать
Burundi: Mu ntara nziza ya Rutana, umusi mukuru w'abakozi wahimbajwe mu kanyamuzeza, 1/5/2024. Скачать
Burundi: Uwigize umutamakazi yaratwengeje abantu mu Rutana ku musi mukuru w'abakozi, 1/5/2024 Скачать
Burundi: ibiharage bireze mu Rutana, murabona ni umubênje. 1kg cahora ku 2900FBu, coba kizomanuka! Скачать
Umwaka w'uburumyi mu Burundi: Hari abariko baraburika imyivyuka ubu mu Rutana. Wibaza bizoshora? Скачать
Burundi: Gatorekimana Emelyne wo mu Rutana yiruka 800m yabaye uwa 1 mu Rutana yipfuza gushika kure Скачать
Rutana: Umwigeme Gatorekimana Emelyne yirutse baratangara mu mahiganwa y'amashure yose y'iyo ntara. Скачать
Umwibutsa y'Ikirundi ivugwamwo ingoma: " Ingoma yaguhaye amata ntiguha amazi". Hari uwo nawe uzi ? Скачать
Burundi: Ingabire isumba izindi Imana itanga ni umwana. Bamwita katihabwa. Ni ko nawe uvyumva? Скачать
Ingoma z'Uburundi ni iza mbere: Raba uyu mwana yatwengeje abitavye umusi mukuru w'abakozi (1/5/2024) Скачать
Burundi: Umugwi ndangakaranga " Umutéte" waryohejeje ibirori ku musi mukuru w'abakozi (1/5/2023) Скачать
Burundi: Raba uko abatimbo bo mu Rutana baryoheje ibirori ku musi w'abakozi (Rutana,1/5/2024) Скачать