Umukuru w'igihugu yagenye Gervais Ndirakobuca mu mabanga y'umushikiranganji wa mbere. Umushikiranganji wa mbere mushasha asubiriye Alain Guillaume Bunyoni muri ayo mabanga yari amazemwo imyaka ibiri.
Gervais Ndirakobuca akaba yarahiye imbere y'abategetsi batandukanye ku muhingamo yo kuri uwu wa gatatu.
Ido n'ido na Emile Nibasumba
![](https://s2.save4k.ru/pic/-Oiy9sY72wY/maxresdefault.jpg)