Imana yama yumva ugusenga kw'abantu ba Yo, abantu bakaba aribo bagira ikibazo co kwihangana mu kurindira ko isaha ya Yo igera ngo bishurwe.
Birakwiye ko dukovya, tugasenga mu kwihanga.
Imana yama ari umwizigirwa, ntibura guseruka mu magorwa, ntiyigera ihemukira abantu ba Yo.
Ncuti utarishurwa ni wihangane.
Ещё видео!