Olive Gakobwa ni Inakuru w'umwana ( Daniel ) Prophet Joshua ahejeje kuzura arigana uko vyagenze .
Uwo mwana yari mubandi bana ariko arakina , haheze umwanya babona agwa bukumbi , bahamagara uwo inakuru wiwe asanga umwana yamaze gupfa , babanza kumuha umusenzi w'umubanyi ariko umwana ntiyakakaza , niko kugira iciyumviro bibuka ko ari ku musi wa kabiri aho muri SABAOTH CHURCH irongowe na Prophet of Jesus Joshua Joshua basanzwe bakorana muri program yitwa "UBUVUGISHWA , GUKIRA INDWARA NO KUBOHOKA " baca bamujanayo , Prophet avuga ijambo rimwe gusa agarura ubuzima muri we none gushika n'ubu UWO MWANA NI MUZIMA
IMANA YA PROPHET OF JESUS IRAGAHEZAGIGWA KU BIKORWA IKORERA MURI WE
Ещё видео!