Abantu bose bari bakwiye kwitwararika ugukingira ibidukikije kuko bifise akamaro kanini. Ivyo bishikirizwa na Théodore MUREKE arongoye ishirahamwe #BDCI akaba n 'umwe mu batanguje umurwi w'umupira w'amaguru #RAMBA wo muri zone #Ngagara. Bari baramutse kuri uwu wa mbere bahimbaza imyaka 11 uwo murwi ushinzwe.
Ещё видео!