Umushikiranganji wa mbere w'Uburundi, Alain Guillaume Bunyoni, yakombowe mu mabanga yiwe. Umukuru w'igihugu c'Uburundi, Evariste Ndayishimiye, yarungikiye inama nshingamateka y'Uburundi izina rya Gervais Ndirakobuca, kugira bemeze canke bahakane ko yosubirira Bunyoni muri ayo mabanga.
Gervais Ndirakobuca yari asanzwe ari umushikiranganji w'intwaro yo hagati mu gihugu, iterambere ry'amakomine n'umutekano. Prezida w'Uburundi akuye umushikiranganji wiwe wa mbere inyuma y'imisi atangaje ko hari bamwe mu bicocoro vyo mu mugambwe uri ku butegetsi bafise umugambi wo kumukorera "Kudeta". Uvyibazako iki?
Aha ni kuri SHIRA AMATSIKO TV Imboneshakure Rudende uzasangana Amakuru yihuta avugwa irya nino mu burundi ni amakuru mutohorezwa numugwi wabamenyeshamakuru batandakanye bari irya nino mu karere kibiyaga binini na cane cane mu burundi urayakuriikirana ido nido
umviriza ibivugwa mu bimrnyrashamkur bitandukanye no ku mbuga ngurukanabumenyi
#amakuru #Burundi #Shiramatsiko #Amakuru yihuta
ku isi byumwihariko amakuru yakarere kibiyaga binini.
kurikirana amakuru yihuta mu burundi no mu rwanda
Ntiwibagire gufyonda SUBSCRIBE kuri channel yacu ya Youtube
Ещё видео!