Akarorero ka hafi nak'abanyagihugu bo mu bice bimwe vy'intara ya Rutana baburagizwa n'imbonerakure zikanababuza kurengana,batabanje kwerekana ibitansi barihiyeko izo ntererano.Abo banyagihugu basaba ko izo ntererano zo kunguvu zohagarara, na rirya umukuru w'igihugu yigeze gutangaza ko amafaranga yose agenewe amatora yategekanijwe imbere y'igihe.
🎧𝐃𝐚𝐧𝐧𝐲 𝐂𝐥𝐚𝐢𝐫𝐞 𝐈𝐑𝐀𝐓𝐖𝐔𝐌𝐕𝐀
Ещё видео!