#drill #hiphop #news #beats #burundi
Produced by Enos The Amazing & Davincii
Directed by Landry SB under GrandPictures
Writer : SKRiM TuNeJaM
Labels: Isanamu Entertainment
SKRiM booking info:
info@isanamu.com
FRiii LYRiCs
Intro: TSKieW, SKRiM TuNeJaM
NoM NaYMe,Ooh
Verse1.
Mfise Big Dream
Impano Niyo Big Deal
Nyita James
Mpiga Ca$h
Fans Bakampamagara Ngo SKRiiiM
Police Impagaritse Ngo FRiii
Burya Ndababa Nki Pilipiliii
Na Verse Zirenga Amajana Abiriii
Nshaka Ca$h Nshaka Moullah Zimwe Nakayabu Kato-siiimba
Success Apana Buzz Home Iwanje Bakahita Kuki-riiimba
Yes Of Coz
Am The G.O.A.T,
Mfira
ibi Petits Vyiyemera
Why Ma Nigga Unsaba The Battle
Kibondo Ukiri Kubibero
Nzanye Umuhero Ni Tunnel Y'umuriro
Kibondo Mbona Wabuze Indero
Yooh Kweli Nigga No Comment
Wibaza Uranzi Sana Ariko Sisomeki
Round Hii Gees Tunataka Ca$h Beef Zose Tuzishire Down
Ghetto City Niho Mvuka Muri Za Quarter Ababile Batarya Nyumbani
Nigga Imbwa Igwaye Iry'ivyatsi Vyinshi Ntabwo Imenya Umuti Wayivuye
For Real we Shine kabisa Bagatangara Moullah Aho Twazikuye
My Intention Nzanye Project
Ndonke Ca$h I don't care aga Success
Kuma Verses Nzanye Changes
Fake Gheez Barya Races
(RAP Nkina Nkagapiiira
Ndaka Ndinkigishiriiira)×2
Chorus:How Do You Feel...
Mfise Verses Billion
Ivy'Uburofa Shiriyo
Nibera Muri Studio
(Ndabavyuye Nkoresheje Ifiriiiimbi
Mubon'Impano Y'Umuririiimvyi
One Time Sema SKRiiiM
Turi Fresh Turi Free)×2
Verse2.
You're Gonna Be Shy Umbonye Up Ata Support Yawe Bro
Dukuz'Impano Muri BJ Ziruzuye cane Gose
Biramose
Duteka RAP Iryoshe
Ntera Emotions
Je Ndashaka More Ca$h
Ntumbon'Uku Am F*ckin Star
Nije Nyenyeri Izobakiriza
JusQ'au bout,Mfise Boku
Mumutwe Imistali Iriyo Nkigicapu
(Kuva Down Juu Expensive Shoes
Ndashoboye Naho Utabivuga That's True)×2
Chorus:How Do You Feel...
Mfise Verses Billion
Ivy'Uburofa Shiriyo
Nibera Muri Studio
(Ndabavyuye Nkoresheje Ifiriiiimbi
Mubon'Impano Y'Umuririiimvyi
One Time Sema SKRiiiM
Turi Fresh Turi Free)×2
Catch UP with SKRiM:
Instagram: [ Ссылка ]
Facebook: [ Ссылка ]
Tiktok: tiktok.com/@skrim_tunejam
X (former Twitter): [ Ссылка ]
Ещё видео!