Mw'ijambo Musenyeri Yohakimu Ntahondereye arongoye inama y'abepiskopi b'i #Burundi yashikirije mu birori vy'iyurizwa mw'ijuru rya Mariya nyina wa Yezu, yarashimye impanuro z'Umukuru w'Igihugu yongera yemeza ko ivyo umukuru w'igihugu yasavye vyo kwugurura i banki yo guteza imbere aba kristu bagiye kubishira ku rutonde rw'ivyigwa n'inama nkuru y'abepiskopi hama bije mungiro
Ещё видео!