INDUNDI SPORTS : 12.07.2024
- CAF Champions League : Ninde azosezerera uwundi hagati ya Vital’o FC na Young Africans?
- CAF Confédération Cup : Rukinzo yoba igiye kworoherwa imbere ya Horseed FC yo muri Somalia?
- Abakinyi b’Abarundi babandanya bagurwa mu gihugu c’Urwanda
- Arakaza Marc Arthur yoba agiye kwerekeza muri Kenya?
- Gaël Bigirimana yaraye yongerewe amasezerano yo gukinira Dungannon Swift
- Saidi Ntibazonkiza avurwa mu migwi yo muri Tanzania
- Inkino za Academy Zoe zirabandanya
- Hagiye gutagurwa igihanwa rya Mvukira Cup I Makamba
- Basketball : Ninde agiye gutsinda uwundi hagati y’Urunani na Dynamo?
Muri Africa
———-
- Cecafa Kagame Cup irabandanya
- Uko imigwi izohura mu nkino za CAF Champions league na Confédération Cup
- whydad Casablanca yazanye umumenyereza mushasha
I Buraya
———-
- Umwambaro wa Kylian Mbappe waraye urangiye kubwinshi bw’abantu bawugura
- Dani Carvajal asaba Rordri kuza muri Réal Madrid
- Umuhagarikizi wa Espagne na Angleterre yamenyekanye
- Mercato I buraya .
Ещё видео!