#Burundi: Abarongoye abandi mu buzi barakwiye gukora amanama menshi yo kwiga uko bogwiza umwimbu mu kazi. Amahera ava mu mfashanyo ntawoyizera cane ariko ukwikukira nyakuri ni gukora tukagwiza umwimbu tugashora hanze hanyuma amafaranga mvamakungu akaza. Vyashikirijwe n'Umukuru w'Igihuhu Evariste Ndayishimiye mu biroro vy'umunsi mukuru w'abakozi n'akazi wabereye mu ntara ya #Bururi.
Ещё видео!