Vyama vyabaye Lyrics
------------------------------------
Aeee... inakuona
Aeee... itakuponya...
Vyama vyabaye (Eeeeh)
Vyabaye,
Ibi bintu vyama vyabaye (FiG yooo)
Vyabaye
verse1: Inana gukubitwa Seleqi (Vyama vyabaye)
Mstafa kudandaza aka Benzi (Vyama vyabaye)
Agisa na MUVAYO ntanumwe yamuha nigwere
Abajama mw'i Site bakamubona nk'ingurube ku Buterere
Ndafata Keredi
Ndafat'akadeni
Inana ndayitagatishije none nawe uyite Baby (uyinrye kweli?)
Nzokubit'umuntu (Umuntu, umuntu)
Nzobag'umuntu (Umuntu, umuntu)
Ref: Aeee... inakuona
Aeee... itakuponya...
Aeee aeee ntamunt'ataryama
Aeee aeee niwavyuk'ushim'Imana
Vyama vyabaye, vyabaye
Vyabaye, kabaye
Vyama vyabaye, vyabaye
Vyabaye....
Ibi bintu vyama vyabaye, vyabaye
Vyabaye, kabaye
Vyama vyabaye muta, vyabaye
Verse2: Ntuma ngende
Mw'ijipo nini, nini
Mvyuke nsenge
Ndayibatur'umuhini
Patili kury'akanyamerika (Vyama vyabaye)
Umwana na nyina kubacurika (Vyama vyabaye)
Ngo nuko ntakunda gupostinga singir'umu chéri
Mw'i Ghetto amazi ni menshi ku Kilo c'ubugari
Tury'ama firiti (tury'ama firiti)
Tury'ama Ganja (tury'ama Ganja)
Kwa hiki ki Beat (kwa hiki ki Beat)
Hakuna matata (hakuna matata)
Ref: Aeee... inakuona
Aeee... itakuponya
Aeee aeee ntamunt'ataryama
Aeee aeee niwavyuk'ushim'Imana
I Bujumbura (huzuy'abayuwayi)
Ba Je connais ba je connais (huzuy'abayuwayi)
Wanapenda ma Sifa (huzuy'abayuwayi)
Kila ukifanya wanapinga (huzuy'abayuwayi)
Ni ba bitu mingi hahaaaaa.....
Bain Turo Booking info:
Email:baintenwapol@gmail.com |
+25762355890
Catch Up With Bain Turo On:
Instagram: [ Ссылка ]
Facebook: [ Ссылка ]
Twitter: [ Ссылка ]
Written & Performed: Bain Turo
Music, Mix & Mastering: FiG The Hit Maker
Director & Editor: Bright Gold
Choreographer: Brown AfroDancer
©2023 26LIFE.All Rights Reserved
#Bainturo #Vyamavyabaye
Ещё видео!