#Burundi: Ibiciro vy'ibifungurwa biriko biragabanuka mu bice bimwe bimwe. Kugira bigabanuke nta myidogo ikenewe, ahubwo ibiciro bigabanurwa n'ibikorwa. Ivyo vyashikirijwe n'Umunyabanga mukuru w'umugambwe #CNDDFDD mu gisabisho mpuzamadini co gukengurukira Imana ku vyiza yakoreye Uburundi n'abarundi kuri uyu wa kane.
Ещё видео!