Abasirikare b'Uburundi 2000 bari mu gihugu ca Congo mu muji wa Goma kuva mu kwezi kwa Nyakanga 2023.