Umukinyi wo hagati w’intamba mu rugamba Ndayishimiye Youssuf Nyange yatubwiye ingene yavukiye ku muryango ukenye cane aranatubwira kahise kiwe kajanye n’umupira w’amaguru.
yasubiye kandi atubwira Imigwi y’iburaya yamurondere harimwo iya Espagne , Turkey , Belgique n’ahandi ariko ahitamwo gukinira Instanbul yo muri Turkey.
Ещё видео!