Abatabashije kubana natwe mu misi 7 ishize, ivyo twagiye tuganira buri musi ni:
Ibintu 6 satani akunze kwifashisha mu kubuza amahoro abantu b'Imana|| Uburyo twobikura mu buzima bwacu [ Ссылка ]_
Ibimenyetso bidasanzwe bigaragaza umuhero w'isi ko vyadushitseko vyose! : [ Ссылка ]
Ububi bw'icaha mu mubiri w'umuntu: [ Ссылка ]
Kwitega ugutabagwa n'Imana umuntu atekereje( atuje) adahuzagurika kuko Imana izi buri wese n'aho yomusanga, bityo iyo Imana ishaka kukubwira message irakwironderera( irakwishakira) mpaka message ikugezeho.: [ Ссылка ]
Ibigwanishwa umukristo agomba kuba yambaye kugirango adatsindwa na satani, tubona akamaro ka buri kigwanishwa, n'ingaruka zo kubura kimwe muri vyo: [ Ссылка ]
Iyo intambuko z'umuntu zishigikiwe n'Uhoraho n'aho yotemba ntashobora gushika hasi. Tubona ko habaho abakunzi b'Imana ihezagira hamwe n'abanzi bayo ivuma: [ Ссылка ]
Abantu Bibiliya yise abanebwe Imana idashigikiye namba, tubona ko tugomba guhaguruka tugakoresha amaboko yacu kugirango Imana ihezagire imirimo y'intoke zacu n'uburyo tugomba kubigenza [ Ссылка ]
#gusenga_everyday #ijamboryimana
![](https://i.ytimg.com/vi/td9C4XdH0S0/mqdefault.jpg)