Inyuma yo gusinya m'umugwi wiwe mushasha wa Instabnbul Basaksehir Ndayishimiye Youssouf Nyange agiye guhembwa amahera atari make....
Abafana b'umugwi wa Yeni Malatyaspor wagurishije Nyange batutse caane uwo mugwi kuba wamugurishije.
Tugiye kugaruka ku bintu vyose vyakurikiye inyuma yaho Ndayishimiye Youssouf Nyange agiriye m'uyundi mugwi.
Nimba ukunda #IntambaMurugamba hamwe na #NdayishimiyeYoussoufNyange ndagusabe iyi video uyirabe.
Nizere yuko video uyiraba Kandi umeze neza caane, ntuze kwibagira gukora #Partager na J'aime hamwe na S'abonner canke Subscribe Nimba utarayikora.
Ukeneye kugira ico utubwira canke uduterera urashobora kutwandikira kuri :
👉🏾 WhatsApp: +257 68 378 563
👉🏾 Facebook : Intare Sports News canke Amani Burundi
👉🏾Gmail: amanimaestro23@gmail.com
Mugire umugisha Mwebwe mwese mudukurikira !!!
Ещё видео!